Listen Now RPA Radio Des Sans Voix Burundi

User Rating 5 Stars4.9/5 stars based on 3,987 total reviews
Channel Rank 23

RPA Radio Des Sans Voix, Regional radio. , Burundi. 16kbps Radio Publique Africaine - Music & News.


Comments

2014-08-22 12:01:02

eric

rpa ni iradiyo y urusaku bimwe vyakarorero.wamyana imashini yahamba kumase ntarazuka?

2014-04-26 16:33:02

KAMANA

RPA RAMBA, RPA KOMERA........ RPA TURAGUSHIGIKIYE MUZOTANGE UMUKANDIDA MURI 2015 TUZOMUTORA. ICOMPA UMUTEGETSI AKAVA MURI MWEBWE VYONEZERA CANE NDABASAVYE RERO TWEBWE ABANYAGIHUGU MUDUHE INKURU ITUREMESHA MWIRINDE GUTANGA IBIHUHA BIDUCA UMUTIMA KIRYA GIHUHA C'UKO BAGIRE BATUMARE CARADUTEYE UBWOBA NTITUGIKORA TUGUM TWITEZE KO IMBONERA KURE ZITWICA REKA KUDUSHIRA MURUHAGARARA TURABAKUNDA. REKA KUDUTERANYA N'ABAHUTU BENEWACU NTACO BOTWICA BADUSHAKAKO KUKO TW IBANIYE NEZA IVYABAYE 1965 1969 1972 1988 VYATANGUYE KUBIHUHA NKIVYO MUVUGA ABANTU BACA BARICANA NONE NAMWE NDABONA MUSHAKA KO DUSUBIRA KWICANA IVYO TWARABIHAZE TWISHAKIRA UBUMWE

2014-04-24 08:34:16

nelly

iha ijambo bose! je numva ivugirako abagowe ,abahimvye,n,abatabaza ubufasha

2014-04-24 08:31:00

nelly

Reka kuvuga nabi,ukuri kurababaza!ni nde atabona umubabaro uri mubarundi?Inzara kwicwa,gutwarwa n,amazi.Amarira y,impfuvyi n,abapfakazi akora k,umutima W,imana.vyose irabibona

2014-02-25 08:47:38

NDAYINGINGA

RPA mwakeye? murisohora?"ubuntu burihabwa" abarundi barayamaze ngo ukora iciza kikaguherekeza nikibi nuko. Raba namwe muheze mutege abantu bose barya abandi ntibazigera bashira inzara ninyota haba ubu eka nomugihe kizoza. Uburundi nubwabarundi kandi bwaremwe n'Imana. Impera n'imperuka Izotetereza benumutima wishira hejuru, Iheze Itabarigihugu cayo.

2014-02-16 14:46:32

burundi

Muratubariza aba porona muti: Mbe ko bize maremare na za droits ni kuki impari zingene vice president akora nububasha afise zaje ubu kandi haheze imyaka hafi cumi bari muri leta bagaca bavuga ngo ni igishusho, mbe kare ho yakora gute?uyu mwaka hahindutse iki muvyo ajejwe? Ikindi muzodutohoreza mbega imyaka batwaye ko batigeze bashiraho ubutungane bwigenga ariko uyu musi bagaca babisaba ninguvu nyinshi ni kuki?

2014-02-16 14:39:33

burundi

Ko uwayitanguje ari umukuru wumugambwe none ?

2014-02-16 14:38:33

burundi

RPA ntiyoba ari iradiyo yumugambwe nka MSD?

2014-01-29 07:37:41

Burunbibuhire

RPA mwaramutse,ndagukeje. Ndakeje umukuru wabaporona hamwe ivyo yavuze kwoba arukuri. Mukamumbonera muti: "ijambo nkarirya twariheruka kuri RWAGASORE, igihe yarenguka yajanye nivyiwe, abarundi dusigara twifumbereje, haduka ubukoroni hagati yabeneburundi! Wobushaka gukwirikiza iragi ry'Umuganwa mubikogwa atari mundirimbo?" Murakoze.

2014-01-23 14:18:11

Ndayinginga

Ubuntu burihabwa?ubwambere ndakeje rpa. kuva ntitwari bwumve umurundi adandaza uwundi,bigigwa nabande? murayadutohoreza. Mbesha bizohoruku muburundi? Namba, tekena Imana niyo yaturemye Izotabara igihugu Cayo. Mukama nyen'Inganji hangazuburundi nabarundi udukure mu menyo yabatwenzi.Duteriteka Mukama.

2014-01-21 08:54:06

NAYIBURUNDI

Mbega bamutuzuka atawuzi iyo baturuka ntibaduhanze! Mbega imanwa! Mbe akaranga kabarundi nakahe?RPA wirigwe neza.

2014-01-16 06:52:08

BURUNDISIMBIMANGA

Mwaramutse impore, Ikiranga umurundi nugukunda uburundi n'abarundi. RPA ntucikintege iteka watewe nigihugu harageze nawe ko urigitera mukugikorera utiziganya.

2014-01-15 08:09:08

Bukuru

Nagomba mbaze umuntu wese afisubwenge bumeze neza butaratosekagwa:'haraho urumva ikibi cahangamye imyaka n'imyaka?'ukora inabi ikaguherekeza muvyawe no mubawe.wakora ineza ukagirumugisha wibihe bidahera.

2014-01-15 08:01:37

Bukuru

Mwaraye ga rpa, turakeneye amakuru ingene isoko yahiye

2014-01-15 07:53:53

NDAYIHANZAMASO Yamuremye

Isumbingabo.rpa ndagukeje. Iteka utera abarundi mukubitangira Imana Izohumugisha abitangia abandi bagwire bagirinka nibibondo.

2013-10-28 13:24:57

Alidi Hicuburundi

Rpa radio yabanyagihugu,Rpa radio ya ukweli.mpaka south africa tunaipata kwakupitiya internet.naliza ukweli tuwupate kwahabari za ukweli.najuwa wawuwaji wa cndd fdd roho zinawawuma kuona tunapata habari za ukweli mpaka huku.Rpa nukore nakare inzigo yumupfutu ntitobori siii.RpaKOMERA.

2013-10-28 13:19:21

Alidi Hicuburundi

Komera iradio nvuga kuri ikaba niradio yabanyagihugu itakorera kugisure.nimukore atagutinya ivyo bikoko vyaba cndd fdd .ukuri gucha muziko ntigusha.ntimukangwe nayo mashetani umutiwayo ni kuyakemeya ashindwe kwajina la yesu.

2013-10-19 11:08:28

eddy

ese njye ko byanze ko ncuranga radio yacu dukunda! nikibazo se ca computer nkoresha or its a technical problem on the sever

2013-10-05 09:16:16

Syllas

RPA Komera ukomeze urugendo muri afrique du sud turi kumwe

2013-01-22 15:16:36

Vianneybad

turabakunda kandi turabashigikiye,komera murigumeko mwemere gupfira ibanga

2012-12-23 10:04:34

Inspector Joe

Iyi radio turayikundo ariko hageze aho ikora ibituma utayidukanya na oppositon ntibiryoshe. None  muhagaze hagati kugira muhuze abanyapolitike aho kubafasha gufata des positions extrêmes vyobatwara iki?Nizera ko abarundi benshi bufuza nkanje kandi ko muzobibona kuko Inama isumba ingimba"

2012-12-19 19:14:03

Nzisabira

jm la radio

2012-06-26 14:14:34

Alaingn

Aha ivy'Iburundi nibazako arivyabahinga nayahandi IMANA nidufashe turabeko satani ateza impari akaneshwa  

2012-06-24 09:23:42

Djsenga

Turakunda i radio yacu ariko nkabantu turi kure yu uburundi ntabwo dukunda kuyironka kubuhinga mwa internet.

2012-06-10 20:04:37

Ndikuriyojeanbosco

SUMA MURENGA N"IVYO MURI 1972 VYARADUSIZEEEEEEEEEEEE!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!! NAMWE MUZODUSIGA UKO !!!!!!!!!!!!!

2012-05-31 05:16:35

Alinini2@yahoo.fr

RPA  Komera abarundi turagushigikiye. Ariko mwirinde ntimuzogwe mumutego wabansi Mutange inkuru idahabura abanyagihugu Kandi mureke kuba trop sensassionnel kuko muronse inkuru naho iba ariyo muyivuga umenga ijuru riraguye Nivyiza ko abarundi tumenya ukuri mugabo ukuri mugushikirize mutarize gushiramwo  ibirungo. Ego hari abo muryohera mugabo ntimwibaze ko ari beshi. RPA yunvirizwa n'abantu benshi ahanini bamwe baguma biteze ko muvuga aho vyayangaye . Turakunda iyo radio nimuze murashiramwo n'ivyiza bikorerwa mugihugu. Nimba hakorerwa ibibi gusa ntitubona igituma mwoba mugifis e n'aho mukorera. Ako n'akrorero k'uko hariho n'ivyiza mugihugu Osez le dire kuko navyo turabishaka.

2012-05-31 05:01:54

Kamilakelly68@yahoo.fr

Alex Sinduhije yarabahenze ngo muturire igihugu none raba yarikwepeye. Ariko ntimwokubita agatima mpembero mukavugira igihugu cabibarutse ivyiza gifise aho kugityoza kandi carabibarutse? Iyo niyo mpembo nziza mubona mwoha igihugu cabigishije mukaba abantu bahambaye? Naho muronka agafovya babaha kuko mwavuze ayamuhe ingarukambi zo dutegerezwa kuzisangira. REKA!!! REKA!!! REKA!!! REKA!! REKA GUTEMA ISHAMI URYICAYEKOOOOOOOOOOOOOOOOOOOOOOOOOO!!!!!!!!!!!!!

2012-05-28 18:08:46

Alain georges nsengi

vraiment inkuru nziza itohojwe niteka ntangere nziza kuko iza ifite akamaro keza kuri bose,,itonde ataguhugumba kandi muburwaneza nubwitonzi kuko igihugu nicacu,,merci notre journalistes

2012-05-26 04:13:09

Kamilakelly68

Sha!!!! Mwanguha tuzokibanamwo pe! IMANA NTISHOBORA KWEMERA KO RUBANDA NYAMWINSHI AGUMA ABURAGIZWA N'IMIHIMBIRI Y'INDA NDENDE. IRABONA WHAT IS THE NEED OF THE MAJORITY. IVYABAYE VYOSE NTA HAZARD YABAYEMWO. SHAKE MUKORANE NA RUBANDA NYAMWINSHI SINON VOUS DEVEZ ATTENDRE LA VOLONTE DU TOUT PUISSANT . 

2012-05-23 09:25:55

Niyezechiel2000

MWITANGE MUTITANGIRIYE ITAMA UHORAHO AZOBAZIGAMA

Recommended Channels
Play
Channel
Station Logo
RPA Radio Des Sans Voix
Burundi - Regional - 16kbps Radio Publique Africaine - Music & News
Station Logo
Bonesha FM 96.8 Bujumbura
Bujumbura Burundi - Regional - 32kbps Radio Sans Frontieres, Talk, News
Station Logo
Radio Isanganiro 89.7FM Bujumbura
Bujumbura Burundi - Regional - 32kbps Studio Ijambo
Station Logo
RTNB Radio Bujumbura
Bujumbura Burundi - News - National Radio & TV Of Burundi
Station Logo
Radio Maria Burundi 98.4 FM Bujumbura
Bujumbura Burundi - Christian - Catholic Radio. RM Burundi. Also On 106.0 Mhz Manga, 98.4 Gitega, And 96.2 Makamba
Do You Like This Channel?
Likes 3883
No Way 104

Get Our Free Newest Channels Feed!

We'll send you the latest on TV and Radio playing all over the world.


Delivered by FeedBurner.
You can unsubscribe at any time with one click from the email.


Do you have new information on this channel? Please contact us.   Add a new channel using our online form.
See our help/FAQ section for info and tips on how to listen to live streaming radio online.